SlideShare une entreprise Scribd logo
1  sur  2
Ayo mamashini ya Payway n’ibikoresho birimwo ingurukana bumenyi
bigatuma umuntu ariha n’umuhora w’ ingurukana bumenyi nyene, ama
inite y’ amaterefone, ama unite y’ amatara, kubitsa muri banki n’ibindi.
Uwuyikoresha arandika ivyankenerwa vyose ku bijanye nukurungika
hanyuma bagaca bemaza kurishe,Payway nayo igaca iriha ishirahamwe
ryaguhaye ivyo waguze . Turatanga amamashini agezweho mu
kuyakoresha ushobora gushira hanze canke imbere mu nzu.
Ubuhinga bwa Bluetooth burashobora gukoreshwa hamwe na
telephone mugusohora amafactures y’umukiriya wawe.
Akarusho umunywanyi wa Payway aronka
•N’ama mashini yemewe hose.
• Ubwo buryo burakingiwe neza cane.
•Ubwobuhinga burigenga kandi
. Itunganywa ryoroshe mukubitsa
Abahinga ba Payway barabikurikirana kumusi kumusi
kugira ntihagire ingorane bigira. ntanumwe yimiriwe
kubukoresha
Itunganywa ryoroshe mukubitsa
Abahinga ba Payway barabikurikirana kumusi kumusi
kugira ntihagire ingorane bigira.
IMASHINI POS
ngendanwa ni igikoresho kirimwo umuhora w’ingurukana bumenyi gishaka kugira ishusho nkakirya gikoresho bakoresha muri banki.
Mugasanga aho uwugakoresha akorera nawe akakira amafaranga murishe kugira murihe amafaranga nyanyu kumudandaza wivyo
mwaguze,mutanga amafaranga Kuwujejwe kuyakira nawe agaca ayarungika kwikonte y’umukiriya.
Dutanga igikorwa ciza kugira murihe ivyo mwaguze muburyo bworoshe kandi bwizewe.
SHIKA KUBUZIMA BWAWE UKORESHEJE UBURYO BWOROSHE
Kiosque yigenga irimwo imashini yokurihiramwo
WEKuriha ivyo mwifuza mukoresheje payway interface
web biriho kumihora yose y’ingurukana bumenyi.
Kuriha bikorwa muntumbero yo kworohereza uwubirondera.
Muri Payway, kugira urihe worohereje uwuguha ivyo udandaza,
ucutanga amafaranga kuwujejwe kuyakira nawe agaca
ayarungika ku nimero y’umukiriya muri banki.
UBURUSHO BWA PAYWAY INTERFACE WEB:
•Ikoreshwa Kurubuga rwa internet.
•Ushobora kuronka ivyegeranyo vyose ukeneye kuvyo wakoze.
•N’uburyo bworoshe gukoresha kandi no gushikira.
•Umukiriya ashobora kuriha aruko atoye ivyo yasavye.
UBURUSHO BWA POS
•N’ama mashini yemewe hose.
•Birashoboka kuriha umunywanyi bagusanze aho uri
•Ibikoresho bikomeye kandi vyoroshe gukoresha
Pos ishobora gucomekwa k’umuriro haciye amasaha
icumi n’abiri ikoreshwa
Payway interface web irafasha mukuriha ibisabwa n’ abakiriya bamashirahamwe bakorana na
Payway
Payway ica itunganya bunonyene ikonti z’abakiriya ikurikije amasezerano bafitaniye n’ayo mashirahamwe
IBIKORESHO N’UBUHINGA BWA PAYWAY é²&&

Contenu connexe

Plus de Fidele Bigirimana (6)

Presentation3
Presentation3Presentation3
Presentation3
 
Presentation2
Presentation2Presentation2
Presentation2
 
Présentation1
Présentation1Présentation1
Présentation1
 
Presentation3
Presentation3Presentation3
Presentation3
 
Presentation2
Presentation2Presentation2
Presentation2
 
Présentation1
Présentation1Présentation1
Présentation1
 

Presantation

  • 1. Ayo mamashini ya Payway n’ibikoresho birimwo ingurukana bumenyi bigatuma umuntu ariha n’umuhora w’ ingurukana bumenyi nyene, ama inite y’ amaterefone, ama unite y’ amatara, kubitsa muri banki n’ibindi. Uwuyikoresha arandika ivyankenerwa vyose ku bijanye nukurungika hanyuma bagaca bemaza kurishe,Payway nayo igaca iriha ishirahamwe ryaguhaye ivyo waguze . Turatanga amamashini agezweho mu kuyakoresha ushobora gushira hanze canke imbere mu nzu. Ubuhinga bwa Bluetooth burashobora gukoreshwa hamwe na telephone mugusohora amafactures y’umukiriya wawe. Akarusho umunywanyi wa Payway aronka •N’ama mashini yemewe hose. • Ubwo buryo burakingiwe neza cane. •Ubwobuhinga burigenga kandi . Itunganywa ryoroshe mukubitsa Abahinga ba Payway barabikurikirana kumusi kumusi kugira ntihagire ingorane bigira. ntanumwe yimiriwe kubukoresha Itunganywa ryoroshe mukubitsa Abahinga ba Payway barabikurikirana kumusi kumusi kugira ntihagire ingorane bigira. IMASHINI POS ngendanwa ni igikoresho kirimwo umuhora w’ingurukana bumenyi gishaka kugira ishusho nkakirya gikoresho bakoresha muri banki. Mugasanga aho uwugakoresha akorera nawe akakira amafaranga murishe kugira murihe amafaranga nyanyu kumudandaza wivyo mwaguze,mutanga amafaranga Kuwujejwe kuyakira nawe agaca ayarungika kwikonte y’umukiriya. Dutanga igikorwa ciza kugira murihe ivyo mwaguze muburyo bworoshe kandi bwizewe. SHIKA KUBUZIMA BWAWE UKORESHEJE UBURYO BWOROSHE Kiosque yigenga irimwo imashini yokurihiramwo
  • 2. WEKuriha ivyo mwifuza mukoresheje payway interface web biriho kumihora yose y’ingurukana bumenyi. Kuriha bikorwa muntumbero yo kworohereza uwubirondera. Muri Payway, kugira urihe worohereje uwuguha ivyo udandaza, ucutanga amafaranga kuwujejwe kuyakira nawe agaca ayarungika ku nimero y’umukiriya muri banki. UBURUSHO BWA PAYWAY INTERFACE WEB: •Ikoreshwa Kurubuga rwa internet. •Ushobora kuronka ivyegeranyo vyose ukeneye kuvyo wakoze. •N’uburyo bworoshe gukoresha kandi no gushikira. •Umukiriya ashobora kuriha aruko atoye ivyo yasavye. UBURUSHO BWA POS •N’ama mashini yemewe hose. •Birashoboka kuriha umunywanyi bagusanze aho uri •Ibikoresho bikomeye kandi vyoroshe gukoresha Pos ishobora gucomekwa k’umuriro haciye amasaha icumi n’abiri ikoreshwa Payway interface web irafasha mukuriha ibisabwa n’ abakiriya bamashirahamwe bakorana na Payway Payway ica itunganya bunonyene ikonti z’abakiriya ikurikije amasezerano bafitaniye n’ayo mashirahamwe IBIKORESHO N’UBUHINGA BWA PAYWAY é²&&